profile-img
Acher Niyonizigiye

@Aniyonizigiye

Sound spirituality πŸ™πŸΌ Building a happy nation 🀝 Eternal bliss 🏡

calendar_today24-04-2014 16:21:07

4,2K Tweets

7,3K Followers

3,0K Following

Acher Niyonizigiye(@Aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Ukugora kwo biragoye nyene! Kuri bamwe ni bito, ku bandi ni binini. Ariko harya nta n'umwe adashika ahantu akumva yobiheba. Washaka uko biba binini niko bigora kurusha. Uru ni urugendo. Uwugumijeko ararengana, ibihe bigahinduka. Bandanya - urabe gusa ko inzira urimwo ari yo!

account_circle