profile-img
Acher Niyonizigiye

@Aniyonizigiye

Sound spirituality πŸ™πŸΌ Building a happy nation 🀝 Eternal bliss 🏡

calendar_today24-04-2014 16:21:07

4,2K Tweets

7,4K Followers

3,0K Following

Acher Niyonizigiye(@Aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Umurindi w'ingeso zibangamira ibidukikije ni munini cane kurusha uw'izibikingira. Kuba dufise abantu bamwe bamwe bababaye ibidukikije vy'ukuri ntibihagije. Turakeneye indero nshasha yiganje muri bose / benshi. Bitabaye uko, tuzohava dukenera imfashanyo zo gusama ivyo twononye

account_circle