profile-img
Acher Niyonizigiye

@Aniyonizigiye

Sound spirituality 🙏🏼 Building a happy nation 🤝 Eternal bliss 🏵

calendar_today24-04-2014 16:21:07

4,2K Tweets

7,3K Followers

3,0K Following

Acher Niyonizigiye(@Aniyonizigiye) 's Twitter Profile Photo

Kirya kintu bita 'résilience', ni iki: guca mu bihe bigoye mu buryo butuma bitaguhitana kuko vyakunaniye kwakira ko ari vyo urimwo, ariko kandi ntuvyemerere kwica ico uri, ngo bigusige wararunguriwe, ucira umuriro gusa. Ibi birakenewe ku muntu... no ku bantu.

account_circle